UBWAMI BW'IMANA BUZE - Ubutumwa Bwiza Umwungere Onesphore Rukwiririkanya yavugiye mu Mirango

MEIRRA Tv
MEIRRA Tv
7.8 هزار بار بازدید - 12 ماه پیش - Mufise ico mubaza canke mushikiriza
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
@meirratv

Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
12 ماه پیش در تاریخ 1402/05/17 منتشر شده است.
7,888 بـار بازدید شده
... بیشتر