Mbonye Umukunzi Mwiza - The Lily of the Valley/INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA N°20

MEIRRA Tv
MEIRRA Tv
365 هزار بار بازدید - 2 سال پیش - Abarongoye indirimbo z'Ishengero - Album
Abarongoye indirimbo z'Ishengero - Album 1 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Nyakabiga - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA N°20

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
@meirratv

Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
2 سال پیش در تاریخ 1401/08/20 منتشر شده است.
365,091 بـار بازدید شده
... بیشتر