Umushikiranganji ajejwe amagara y'abantu yagize ico ashikiriza ku ndwara y'amaso y'imbwa.

Mashariki TV
Mashariki TV
425 بار بازدید - 5 ماه پیش - #Burundi: Mu
#Burundi: Mu gihe haheze imisi mu gihugu hari abantu benshi bagwaye amaso  bita "amaso y'imbwa", Umushikiranganji ajejwe amagara y'abantu Dr Lydwine Baradahana arahumuriza abantu ko iyo indwara ivurwa kandi igakira vuba, akongera asaba abenegihugu ko boheba ingeso yo kwiha imiti batandikiwe n'abaganga n'ico bokora mu gihe biyumva ko ibimenyetso.
5 ماه پیش در تاریخ 1402/11/24 منتشر شده است.
425 بـار بازدید شده
... بیشتر