Dr Sahabo amerewe nabi/Manasse Nzobonimpa niwe asambura ingoro za Frodebu/DRC zatashe ku nguvu

Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
1.3 هزار بار بازدید - 6 روز پیش - 1.Uwahoze ari umushingamateka Manace Nzobonimpa
1.Uwahoze ari umushingamateka Manace Nzobonimpa aragirizwa n'umugambwe sahwanya Frodebu kari we yinyegeje inyuma y'iburabuzwa ,agatotezo n'isamburwa ry'ingoro z'umugambwe muraza kwumva Nkurunziza Patrick atwara frodebu . 2.Ni akamaramaza kubona ubutungane bw'uburundi bwankira burundu ko muganga Sahabo aahobora kwivuza gushika naho arembera imbere y'ubucamanza mugano ntihagire ico bibabwira n'umwihwezo wa Felexis Niyonkuru wo mwishirahamwe cavib muca muvyumva . 3.Ako n'akamwemwe k'impunzi zaraye zitahukanywe mu burundi zikuwe muri republika iharanira intwaro rusangi ya Congo mwi site ya Mulingwe ukutumvikana n'abanyekongo babakiriye niyo mvo yogutahuka navyo twabibateguriye . Amakuru twabateguriye saya gusa tubafitiye n'ayandi avugwa mu bindi bisata ,uwuriko arayabashikiriza ni Jeane D'Arc Gikundiro ,ndiko ndafashwa na Yves Irakoze mu buhinga bw'ivyuma ,kaze mwese . #cndd_fdd #burundi #imbonerakure #m23 #msd #cnl #nkurunziza #parcem #rwasa #ndayishimiye
6 روز پیش در تاریخ 1403/06/22 منتشر شده است.
1,347 بـار بازدید شده
... بیشتر