#OBR: Batangakori, rya sango ntarengwa ryo kumenyekanisha amakori n'amatagisi ryageze!

Mashariki TV
Mashariki TV
301 بار بازدید - پارسال - Ikigo kijejwe gutororokanya amakori n'amatagisi
Ikigo kijejwe gutororokanya amakori n'amatagisi mu gihugu #OBR, kiributsa abatangakori bose ko igihe ntarengwa co kumenyekanisha amakori n'amatagisi mu buhinga bwa none #Télédéclaration ari kw'igenekerezo rya 25 Myandagaro. Inyuma y'iryo sango hazoca hatangura kurihishwa amahadabu nk'uko bitegekanijwe n'amategeko.
#Burundi
پارسال در تاریخ 1402/06/02 منتشر شده است.
301 بـار بازدید شده
... بیشتر