Prezida wu Burundi Cyprien Ntaryamira, muri ruhuhuma 1994

DJ Daniel Video Archives
DJ Daniel Video Archives
1.7 هزار بار بازدید - 2 سال پیش - 🔴 N'umuswa warigeze ibuye !
🔴 N'umuswa warigeze ibuye ! "Amabanga yo kurongora igihugu si amabanga yoroshe, nico gituma nkuko babivuga, ari ukuyabangira ingata. Ntiyoroshe na canecane muri bino bihe igihugu kiri mu kaga. Ariko, nkuko kandi babivuga mu Kirundi, N'UMUSWA WARIGEZE IBUYE. Tuzogerageza." - Prezida Cyprien Ntaryamira, ruhuhuma 1994 © Agace k'ireresi "IKIZA" Ireresi ishimangira inyishu ya #Ndinde n° 27 #KahiseKacu
2 سال پیش در تاریخ 1401/01/21 منتشر شده است.
1,702 بـار بازدید شده
... بیشتر