RED-Tabara irabeshuza ivyavuzwe na leta

Tele Renaissance
Tele Renaissance
4.6 هزار بار بازدید - 7 ماه پیش - Nta ba civils RED-Tabara yishe
Nta ba civils RED-Tabara yishe kandi nta mfashanyo igihugu c’Urwanda giha uwo muhari. Bivugwa n’umuvugizi wa RED-Tabara. Ni inyuma y’ivyavuzwe n’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye, mu kiganiro yaremesheje mu ntara ya Cankuzo ku munsi wa gatanu, ku bijanye n’igitero cakozwe ku mihana yo ku mutumba Vugizo, muri zone Gatumba intara ya Bujumbura. Uwo muvugizi akongera akavuga ko abo ba civils ata bandi babishe, ari igisirikare n’igipolisi vya CNDD-FDD.
7 ماه پیش در تاریخ 1402/10/10 منتشر شده است.
4,638 بـار بازدید شده
... بیشتر