Ukudahana kwasasiwe indava mu Rumonge ni kwo guteye ingorane zose ziri muri iyo ntara

Tele Renaissance
Tele Renaissance
207.1 هزار بار بازدید - 2 سال پیش - Hari akarwi kigira ivyo gashaka
Hari akarwi kigira ivyo gashaka mu ntara ya Rumonge, ngo kitwaza kuba kegereye musitanteri na buramatari. Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye yabishikirije ku wa gatanu uheze igenekerezo rya 24 Ruheshi 2022, aho yari aramutse aja gutanga inyigisho zo gukunda igihugu muri iyo ntara. Ayo majambo arashimwa na Gabriel Rufyiri, arongoye ishirahamwe rirwanya ibiturire n’isesagurwa ry’amatungo ya leta (OLUCOME), ariko agasaba uwurongoye Uburundi gufata ingingo yo kubuza abari mu bibanza vya politike kudandaza.
2 سال پیش در تاریخ 1401/04/07 منتشر شده است.
207,180 بـار بازدید شده
... بیشتر