Prezida Neva avuga ko hamwe Abarundi twokura amaboko mu mpuzu twoshika ku mbonakazoza hakiri kare.

Mashariki TV
Mashariki TV
2.1 هزار بار بازدید - ماه قبل - #Burundi: Mu
#Burundi: Mu rugendo #Inkebuzo Umukuru w'Igihugu ariko agira mu ntara zigize Uburundi, aho yari ageze mu ntara ya #Kirundo yateye akamo Abarundi abasaba ko hamwe bokura amaboko mu mpuzu, imbonakazoza igihugu coyishika ko kare kuko Abarundi ntibaremewe kuba abakene.
ماه قبل در تاریخ 1403/04/27 منتشر شده است.
2,157 بـار بازدید شده
... بیشتر