Amatariki y’inkino za Classico ya FC Barcelona na Réal Madrid yamenyekanye

Indundi TV
Indundi TV
580 بار بازدید - 2 ماه پیش - INDUNDI SPORTS 25.07.2024 - Même
INDUNDI SPORTS 25.07.2024 - Même Tchite umukinyi wa mbere yavukiye mu Burundi yakinye muri Laliga yatubwiye impamvu yatumye adakinira umugwi nserukira gihugu - Vital’o FC ibandanya yitegurira Vital’o FC - PVP Buyenzi yamenye imigwi bazohura mu nkino muri CAF Womens Champions League - Ninde agiye gutsinda hagati y’abakinyi ba Diaspora hamwe n’abaririmvyi ? - Irankunda Nestory yaraye yinjije igitsindo ciwe ca mbere muri Bayern -Ihiganwa rya Manirakiza Felix ryarabandanije - Musongati FC na Flambeau du Centre Ninde agiye gutsinda uwundi? Muri Africa —————- - Mu Rwanda : Bugesera ya Fancis Mbaya yaguze umukinyi yahora muri APR FC - Aruna Moussa Majaliwa yoba agiye kwitwarira Rayon Sports? I Buraya ———— - Jeux Olympique : Argentine yaraye inganije na Maroc - Real Madrid yanse kurekura Antonio Rudiger kugira yerekeze muri Al Ittihad - Nico Williams ariko aronderwa na Arsenal na PSG - Amatariki y’inkino za Classico ya FC Barcelona na Réal Madrid yamenyekanye
2 ماه پیش در تاریخ 1403/05/04 منتشر شده است.
580 بـار بازدید شده
... بیشتر