Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yuguruye icese ibikorwa vy'ishirahamwe Unikorn

Mashariki TV
Mashariki TV
4.7 هزار بار بازدید - پارسال - #Burundi: Umutambukanyi
#Burundi: Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye, yuguruye icese ihinguriro #Unikorn rihingura ifu y'ibigori ikwije ingaburo muri zone #Ngagara mu gisagara ca #Bujumbura.
Angeline Ndayishimiye yabasavye guhingura ifu ikwije ibisabwa narirya ngo izofasha muri wa mugambi wa reta wo kugaburira abana ku mashure.
پارسال در تاریخ 1402/01/28 منتشر شده است.
4,723 بـار بازدید شده
... بیشتر