Umukuru w'igihugu yahaye umubonano intumwa idasanzwe y'umukuru w'igihugu ca Congo-Brazaville.

Mashariki TV
Mashariki TV
4.5 هزار بار بازدید - ماه قبل - #Burundi: Umukuru
#Burundi: Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano intumwa idasanzwe y'umukuru w'igihugu ca Congo-Brazaville akaba n'umushikiranganji w'ibidukikije Arlette Soudan-Nonault kuri uyu wa 31 Mukakaro 2024. Uwo mushikiranganji akaba yarazanye ubutumwa bwo gukeza umukuru w'igihugu c'uburundi ko yafashe iyambere mu gukingira ibidukikije hamwe no kumushikiriza amategeko agenga ishirahamwe Bassin du Congo kugira Umukuru w'Igihugu ashireko umukono.
ماه قبل در تاریخ 1403/05/10 منتشر شده است.
4,513 بـار بازدید شده
... بیشتر