Burundi: 😱Yooo Arapfuye Adrienne Nahimana Yakinnye NI INDE😱 Arashengeye Raba Ngaha Ikimwishe!

ISHAMI TV
ISHAMI TV
14 هزار بار بازدید - 6 ماه پیش - #ishamitv  
#ishamitv  #amakuru #burundi #rwanda #rdc

Nakiranye umubabaro inkuru y'urupfu rw'umukinyi wa NI NDE, Adrienne Nahimana
Twakuze tumwumva akina. Abana bacu bakuze bamwumva. Kubera kumubona kenshi wamengo ari mu miryango yacu twese. Umukinyi adasanzwe, ingabire ikomeye. Yaradutwengeje, yaraduhanuye, yaraduhaye ibihe vyiza vy'ubuzima. Ntituzibagira ingene yavuga "Ewe Bikira Mariya Mawe !"
Kuri runo rubuga twarigeze kumutabariza agwaye, hari abaterereye. Twumvise ko ahitanywe n'ingwara yari amaranye igihe kitari gito.
Ndahojeje umuryango wa Adrienne Nahimana, abakinyi b'umurwi NI NDE n'abakunzi bose b'umuhisi.

Find us on Facebook: https://bit.ly/4aZt0k0
Follow us on X:  https://bit.ly/3SeOaDv
Follow us on Instagam: https://bit.ly/3O4ZQq5
And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV:   https://bit.ly/3vEnB1W
6 ماه پیش در تاریخ 1402/10/28 منتشر شده است.
14,073 بـار بازدید شده
... بیشتر