mashariki tv

Ni izihe mvo zatumye uwiyita Umuvugishwa Modeste Kayihura yirukanwa mu Burundi ubutarariye?

4:01

Agashimwe kahawe umwana w'Umukuru w'Igihugu Nkurunziza Naomie yigenjeje neza kurusha abandi.

3:37

Prezida Neva yatangaje ko agiye gutanguza urugamba rwo kurwanya abanyuruza isukari.

7:07

Kigingi yatwengeje Prezida Nkurunziza n'abandi bategetsi, yongera aramuramutsa. Yamusavye iki ?

6:37

Prezida w'Urwanda Paul Kagame ashika i Bujumbura munama yabakuru b'ibihugu vya EAC ibera mu Burundi

2:40

Majambazi sugu wakamatwa na polisi kwenye mpaka wa Burundi na Tanzania

6:03

Umugore n'umugabo bafatiwe i Bujumbura bambaye umwambaro w'igiporisi n'igisirikare kandi ataribo

4:18

Buramatari wa Ngozi yabajijwe n'umukuru w'igihugu ibijanye nitoni 15 zisukari yari igenewe iyo ntara

9:39

Raba umurisho w'ingoma waranze ibirori vyo gutanguza isabukuru y'imyaka 100 province Ngozi imaze

7:10

Prezida Neva yarashimiye abakoze ibikorwa bitandukanye vy'ugukunda n'ukwitangira igihugu.

28:31

Burundi Raba ubuhinga bakoresha mu kuronka imbuto zo kwimisha inka ku rushinge n'ingene bazishingura

18:33

Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yafashe urugendo rwerekeza mu gihugu ca Ouganda.

3:01

Uburundi buca bwakira ihiganwa mpuz'amakungu East African Junior Championship 2024 muri Tennis.

6:01

#OBR: Batangakori, rya sango ntarengwa ryo kumenyekanisha amakori n'amatagisi ryageze!

1:41

"Ihiganwa mpuzamakungu East Africa Junior Championship 2024 muri Tennis ririko ryatanguye neza"

5:10

#BurundiAt61: Prezida Neva yakirwa n'abenegihugu yongera agenzura ingabo kuri stade Ingoma.

10:43

Raba ingene ibirori vyo gushira amashurwe ku ntatemwa ya Prezida Ntaryamira n'iza bagenziwe vyagenze

7:47

#Mashariki_TV irabandanya kubereka amareresi yose y'Abarundi ari mw'Ihiganwa rya #FESTICAB

00:50

Abasirikare b'uburundi bakomeza kwihesha iteka mu bihugu bagiye guhagararira amahoro.

5:29

Ibiswi vy'inkona vyo muri komine Tangara vyarasubiyemwo imwe mu migani ya Sogokuru Petero Nkurunziza

6:02

#Burundi Ba bantu bishwe mu Gatumba mu gitero cakozwe n'abitwaje ibirwanisho bashinguranywe iteka

4:31

Abana batabona si abo gukumirwa, nabo nyene barakwiye kwigishwa n'ugukurikiranwa.

4:45

Urugendo rw'Umukuru w'Igihugu w'imfatakibanza wa Gabon mu Burundi

2:36

Igiporisi c'u Burundi cerekanye abantu babiri kimenyesha ko baherutse gusubizwa inyuma bava i Dubai

10:18

Prezida Neva asaba abarundi kwijukira kurima kijambere kugira ngo bagwize umwimbu.

3:51

Indirimbo yaririmbwe na chorale y'Abashikiranganji mu gusozera igikorane co gushimira Imana.

5:23

A donation of medical equipment worth one billion three hundred million was offered to the Ubuntu.

5:09

Ingene abagize Reta binjiye mu biro bishasha vy'Umukuru w'Igihugu ahabereye Inama Nshikiranganji

7:06

Reveriyano Ndikuriyo yatanze umuco ku mvugo akunda gukoresha ku bijanye n'igifaransa n'ugufata inswa

10:48

#Burundi : Umugambwe #CNDD_FDD urahakana ko ingorane ziri mu mugambwe #CNL ata ruhara ubifisemwo

3:17

Abakinyi babiri ba Vital'o FC nibo baranze ihiganwa rya Primus Ligue mu mezi ya Nyakanga na Gitugutu

2:11

Raba ingene abanyagisagara ca Bujumbura basanganiye Prezida NEVA avuye mu nama y'Ubumwe bwa Africa

7:01

Imigenderanire hagati ya #FPR mu #Rwanda hamwe na #CNDD_FDD mu #Burundi yoba yifashe gute ?

9:23

Umukuru w'Igihugu yarashigikiye umugambi w'uburimyi Tujane Community Integration Burundi TCIB

8:06

#Burundi #USAID #SFCG: Ubworozi kijambere bw'amafi yororerwa ku mutumba mu ntara ya #Gitega

9:44

Abarundi basabwa muri rusangi kwitondera amakuru n'ubutumwa bica ku mbuga ngurukanabumenyi.

7:14

Prezida Neva yahaye iminsi itatu gusa abafise ibibanza atari abadandaza babe babisubije.

14:39

Ikiyago Prezida NEVA yagiranye n'umurundi yahora aba Canada, ubu ari mu burimyi n'ubworozi i Murwi

5:13

Vya vrai? Inkuba ngo ni isake? Ngo urugombeko? Abahinga babivugako iki?

10:05

Burundi Raba ingene ibirori vyo kwigina umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe abakenyezi vyatanguye

9:05

Burundi: Défilé yaranze ibirori vyo gutanga impapuro z'umutsindo kuri Université Espoir d'Afrique

7:37

Sakata Mashariki season 6 episode 7

43:35

Igipolisi cafashe abasuma biyitiriye umukuru wa Cndd-Fdd Evariste Ndayishimiye

4:18

Umukuru w'Igihugu asaba imbonerakure kumenya ibihe n'ico zitegerezwa gukora

19:04

Urugendo rugira gatanu (5) rwa TEMBERA UBURUNDI rwateguwe na VISIT BURUNDI

7:48

Ibice nyamukuru vyaranze urukino rwahuje Van Business Company na Tujeneza FC

3:17

Uburundi buzokwakira mu kwezi kwa Myandagaro inkino za nyuma zisi yose za VoleyBeach

4:34

Abanyagihugu bava mumihingo itandukanye batamvye baratarika inyuma ya match Burundi - Gabon

4:25

Adolphe Nshimirimana yari intwari, umuntu w'abantu kandi yaritangiye igihugu!

8:18

Injira Mu Nzu Nshya Madame Jeannette Kagame yujuje muri KIGALi😨 IRATANGAJE CYANE IMEZE NK'URWASAYA😱

10:12

Umuryago w'Umukuru w'Igihugu warifurizanye umwaka mwiza n'abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi

3:01

Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yafashe urugendo rumushikana mu gihugu c'Ubuhindi.

1:08

"Nta mvo n'imwe y'ukwica umuntu ibaho" : Musenyeri Anatole Ruberinyange

6:42

Umurundi aba muri #Canada hamwe n'abanya Canada 14 bashitse mu Burundi. Ikibazanye ni muri iyi nkuru

3:44

Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe Olucome arashimira cane Umukuru w'Igihugu.

2:09

Haraye huguruwe icese inzu y'amanama ITEKA HALL hubatswe n' Inama nshingamateka

3:21

Urwaruka rurahamagariwa gukora cane rushigikire ibikorwa n'intumbero y'umukuru w'igihugu

4:17

Abashikiranganji bane bashasha ba Reta y'Uburundi barahiye imbere y'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi

5:02

Prezida Evariste NDAYISHIMIYE avuga ko ababazwa n'ingene abacamanza badatunganiriza abenegihugu.

11:23

Mbega hoba hategekanijwe iki ku barundi boba bari mu Rwanda mu gihe imbibe buhuza n'Uburundi zugaye?

12:06